Mu Burundi haravugwa cane ubwicanyi bg’abantu bahana ishano

Ngaha mu gihugu cacu c’UBurundi, haravugwa abana, abakenyezi n’abagabo bicwa bahawe uburozi mu binyobga canke mu biribga. Naho ata buhinga bugezweko bgo gupima icaraye gihitanye ubuzima bga Muheto Fideli, benshi baravuga yuko bamuhaye ishano. Yafashwe kuwa hatanu bukeye aca arahwerera mu bitaro. Tumaze iminsi twumva kandi tukanivuganira n’abarusimvye aho bashoboye kuvugwa bakarutswa maze bakarusimba. Amakomine […]