IMVO (7) INDWI ZITUMA UTOKWITA UBURUNDI ISIRAYELI YA KABIRI (2)

IMVO INDWI (7) ZITUMA UTOKWITA UBURUNDI ISIRAYELI YA KABIRI Abantu benshi baribaza igituma abavugishwa b’Abarundi bamwe bamwe bakoresha ijambo ngo “Uburundi ni isirayeli ya kabiri”. Iryo jambo barigize icivugo, abandi barigira izina rihambaye ry’ikigwanisho maze bakaguma barisubiramwo eka n’indirimbo ziraririmbga. Uburundi si Isiarayeli ya kabiri, sivyo. Kuvuga yuko Uburundi ari Isirayeli ya kabiri ni imvugo […]