UBURUNDI SI ISIRAYELI YA KABIRI NI IHANGA RYATORANIJWE UKWARYO HINDURA IMVUGO

UBURUNDI SI ISIRAYELI YA KABIRI. ABARUNDI NI IHANGA RY’IMANA Abantu benshi baribaza igituma abavugishwa bamwe b’Abarundi bakoresha ijambo ngo “Uburundi ni isirayeli ya kabiri”. Uburundi si Isiarayeli ya kabiri, oya sivyo. Kuvuga yuko Uburundi ari Isirayeli ya kabiri ni imvugo ngereranyo atariyo naho baba bagomba kuvuga yuko Ihanga ry’Abarundi ryatoranijwe nkuko Ihanga rya Isirayeli ryarobanuwe.1. […]