Urutonde rw'amasengesho y'iy'indwi 10-17/02/2020
URUTONDE RW’AMASENGESHO Y’INDWI YO KUVA KU 10/2- 17/2/2020 Ihanga Ryera ry’Imana Ihanga Ryera ry’Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo, mu gihugu cacu c’Uburundi ryitwa: ISHENGERO RYA YESU KRISTO – IHANGA RY’IMANA. Rifise ibicaniro mu ntara zose z’igihugu c’Uburundi no mu bindi bihugu vya Afrika, Canada, Amerika, Australia, Ubulaya na Aziya. Ihanga ry’Imana rimaze imyaka […]