Umutumiro w'Ihanga Ryera ry'Imana w'iyi ndwi

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO WO KUVA KUWA 6-12/1/2020 Ihanga Ryera ry’Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo, rifise ibicaniro birenga 50 mu ntara zose z’igihugu c’Uburundi no mu bindi bihugu vya Afrika, Canada, Amerika, Australia, Ubulaya na Aziya. Ivyo bicaniro vy’Ihanga Ryera vyose nta kindi bikora atari ugusengera amasezerano Uhoraho Imana yahaye igihugu c’Uburundi, gusengera imitwaro itandukanye, kwigisha […]