Ubuvugishwa bukuru bukuru bgashikirijwe n'abasenzi kuva mu mwaka wa 1995
TBIBUTSE BUMWE MU BUVUGISWA BGAVUYE MU NZOZI N’IYEREKWA KU BURUNDI 1* Mu mwaka w’1995 imigwi y’abasenzi batandukanye babwiwe ivy’ikivange vyariko vyinjira mu mashengero, bongera babgigwa n’ivy’amasezerano y’Imana akomeye cane ku gihugu, mbere bivanye n’uko babona k’umengo birahejeje gushika, abenshi cane baciye bava mu madini basengeramwo bitwa abasohoke. Abasohoke baciye biyita Ihanga Ryera ry’Imana canke ishengero […]