Amasengesho arangiza umwaka wa 2019 atwinjiza muri 2020, Amen!
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IHANGA RY’IMANA WO KUVA 23-30/12/2019 Ihanga Ryera ry’Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo rifise ibicaniro vy’amasengesho birenga 50 hirya no hino mu gihugu cacu c’Uburundi no mu bindi bihugu biri kw’isi muri AFRIKA, AZIYA, UBULAYA, AMERIKA na KANADA. Ivyo bicaniro bimaze imyaka myinshi bisengera igihugu c’Uburundi n’imitwaro y’Abarundi kandi biteramiye Isezerano Uhoraho Imana […]