Ibimenyetso vyavuzwe: Akuzi Nyabagere karaye kihaye inkumbi abarenga 12 gasenyura n’amazu mu gisagara ca Bujumbura

Mu bucagucagu bgo hagati ya sa kumi na sa kumi n’imwe niho ako kuzi Nyabagere kiha inkumbi mugutwara amazu, abantu n’ibintu birimwo. Kuzuye maze gata inzira yako kabona kwiha inkumbi. Abajejwe kugarukira ku mbabare mu gitonde bari bamaze gutora 12 mubishwe na 30 bakomeretse. Hari haravugishijwe imvura nyishi izohitana abantu n’ibintu mu gisagara ca Bujumbura […]