Ibimenyetso vyavuzwe: Akuzi Nyabagere karaye kihaye inkumbi abarenga 12 gasenyura n’amazu mu gisagara ca Bujumbura

Mu bucagucagu bgo hagati ya sa kumi na sa kumi n’imwe niho ako kuzi Nyabagere kiha inkumbi mugutwara amazu, abantu n’ibintu birimwo. Kuzuye maze gata inzira yako kabona kwiha inkumbi. Abajejwe kugarukira ku mbabare mu gitonde bari bamaze gutora 12 mubishwe na 30 bakomeretse. Hari haravugishijwe imvura nyishi izohitana abantu n’ibintu mu gisagara ca Bujumbura abantu no ubgo buvugishwa burasohoye.

Entre 04h et 05h, un petit ruisseau dénommé Cari séparant le quartier Nyabagere et Uwinterekwa a débordé. Une partie de ses eaux a dévié de son lit et est entrée dans les ménages des environs faisant des dégâts humains et matériels. Les victimes déjà identifiés sont 12 morts et 30 blessés. On dénombre les maisons détruites. La P.C est sur les lieux.