Mu Burundi harateye indwara zitamenyekana zisinzikaje abanyagihugu.

Nkuko Ihanga Ryera ry’Imana ryama bibahishurira ibimenyetso kimwe ku kindi kugira ngo Abarundi bose bamenyenye yuko bariko baregereza ibihevyiza Uhoraho Imana yavuze, ikimenyetso c’indwara z’ikiyoberane naco ciyerekanye.

Iyo mubona mu masanamu ni ingwara tutaramenya yateye muri zone Buvumbi
Commune butihinda Intara ya Muyinga aho abantu 61 baje kwivuza ivyo bikomere mubona. Hariho n’abandi benshi cane baremvye bitakunze ko bashika kwa muganga.

Abajejwe amagara y’abantu basabga kwihutira kurondera igitera iyo ndwara no kuyirandurana n’imizi itararandagata igihugu cose kugira ngo abanyagihugu bashobore kuguma bironderera nkuko babivuga. Ni mukurikirane mwumve uko ifata.

Un commentaire sur “Mu Burundi harateye indwara zitamenyekana zisinzikaje abanyagihugu.

Les commentaires sont fermés.