Mu Burundi harateye indwara zitamenyekana zisinzikaje abanyagihugu.

Nkuko Ihanga Ryera ry’Imana ryama bibahishurira ibimenyetso kimwe ku kindi kugira ngo Abarundi bose bamenyenye yuko bariko baregereza ibihevyiza Uhoraho Imana yavuze, ikimenyetso c’indwara z’ikiyoberane naco ciyerekanye. Iyo mubona mu masanamu ni ingwara tutaramenya yateye muri zone Buvumbi Commune butihinda Intara ya Muyinga aho abantu 61 baje kwivuza ivyo bikomere mubona. Hariho n’abandi benshi cane […]