Mwari muzi aho izina Uburundi ryavuye? Abantu bibaza ibi bikurikira

Abarundi beshi gushika ubu ntibazi insiguro y’izina Uburundi Niyo ryavuye. Ariko hari abagize akigoro bararondera kumenya insobanuro yaryo. Kubwa Gerturuda Kazoviyo umwigisha muri Kaminuza y’uburundi, uburundi risigura umurwi w’ingoma ntonto: (le regroupement des petits royaumes) Ijambo UBURUNDI rivuye murivuga kurunda risigura kwegeraniriza hamwe mumurwi umwe. Ivyo bica vyerekana ko ingoma y’uburundi yabonetse ivuye mumurwi w’ingoma […]