Umusomyi w’imitumiro yo gusengera igihugu c’Uburundi n’Wabarundi yagize ati:
Ndagushimiye bivuye ku mutima. Waragerageje kwegeranya ingwara zizingamitese abarundi bo mu mice yose. Uku nukuri gukwije vyose, iyo abantu bavukiye mu rwanko, bakarukuriramwo, barusaziramwo bakaruraga abana babo nabo bakazoruraga ababo, iyo hatabaye ubuntu bwa Kristo, nigihugu cose gishobora kugira abantu b’urwanko gusa maze Satani agahabwa intebe yicubahiro. Mu kurangiza ngushimiye ko washizemwo kubasengera, ivyo nivyo […]