Umutumiro w'Amasengesho y'Ihanga ryImana y'iyi indwi

UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IY’INDWI 1-7/12/2019Ihanga Ryera ry’Imana ni Abarundi n’Abarundikazi bamenye yuko ari abakunzi b’Uhoraho Imana, batoranijwe bagahabwa isezerano kubera ubuntu, imbabazi n’urukundo rw’Imana. Ihanga ry’Imana rifise ibicaniro birenga 50 biri mu ntara zose zigize igihugu cacu, no mu mahanga mu bihugu vya Afrika, Ubulaya, Australiya, Asiya Canada na America. Abari muri ivyo bicaniro bitanga batiziganya […]