UMUTUMIRO W’AMASENGESHO YO GUSENGERA UBURUNDI N’ABARUNDI W’IY’INDWI KUVA 18-23/11/2019

Ihanga Ryera ry’Imana ni Ishengero rya Yesu Kristo rikorera mu gihugu c’Uburundi no mu mahanga muri Afrika, muri Aziya, Ostraliya, I Bulaya, muri Amerika no muri Kanada. Ihanga ry’Imana rifise ibicaniro birenga 50 biri mu Burundi mu ntara zose no muri ivyo bihugu tudondaguye. Ivyo bicaniro biguma imbere y’Imana bikurakuranwa iminsi yose igize indwi bisengera […]