Congo- Burundi: Amatoni 300 y’ibigwanisho n’ibisasu vyategura gutera Uburundi vyafatiwe muri Congo

Abasirikare b’igihugu ca Congo bafashe amatoni 300 (T) y’ibigwanisho n’ibisasu vyavyo bishobora kurasa hagati y’ibirometero 22 na 30 (km) ku musozi wa Chanzu. Abatari bake bakaba bibaza yuko ivyo bigwanishwa vyategurwa gutera igihugu c’Uburundi. Hariko hararonderwa n’ahandi hanyegejwe ibindi bigwanishwa nkivyo nyene mu yindi misozi. les FARDC ont découvert sur la colline de Chanzu des […]