Congo- Burundi: Amatoni 300 y’ibigwanisho n’ibisasu vyategura gutera Uburundi vyafatiwe muri Congo

Ibigwanisho vya rutura vyategura gutera Uburundi vyafashwe.
Ibisasu n’ibirwanisho

Abasirikare b’igihugu ca Congo bafashe amatoni 300 (T) y’ibigwanisho n’ibisasu vyavyo bishobora kurasa hagati y’ibirometero 22 na 30 (km) ku musozi wa Chanzu. Abatari bake bakaba bibaza yuko ivyo bigwanishwa vyategurwa gutera igihugu c’Uburundi. Hariko hararonderwa n’ahandi hanyegejwe ibindi bigwanishwa nkivyo nyene mu yindi misozi.

les FARDC ont découvert sur la colline de Chanzu des caches d’armes contenant plus de 300 tonnes de munitions et d’armes lourdes. Des armes qui ne sont jamais arrivées dans les dépôts d’armements des FARDC. Des armes lourdes qui peuvent être utiliser à une distance de plus au moins 22 km à 30 km pendant l’affrontement.