Ivyiza 10 Imana yasezeraniye Ihanga ry’Abarundi
IVYIZA ICUMI UHORAHO IMANA YASEZERANIYE IHANGA RYERA Uhoraho Imana Nyeningabo yitoranirije Ihanga ry’Abarundi ngo bamubere inyegu yiwe nkuko kera yatoranije abisirayeli. Abarundi ni ihanga rya babajwe n’imiruho, urwanko, indyane ni intambara z’ubwicanyi z’urutavanako none Uhoraho Imana yasezeranye kuza kubirangiza. N’Uko rero turi Ihanga ry’Imana, abatoranijwe bahawe isezerano. Twahamagariwe kwihana, kwezwa, gutungana no gukorera Imana […]