Ibinyamakuru vyo mu gihugu kibanyi c’Urwanda birakwiragiza ibihuha ku gihugu c’Uburundi

Igihe cose himirije amatora, harabaho urunturuntu, abantu imitwe igashuha kubera yuko baba bagomba kumenya ibizoba ejo, uwuzobatwara n’ingene bazoca baserereka kugira ngo baronke ibiturire, ubutegetsi n’amaronko. Abandi nabo bagira bati ko imitwe yaboyashushe reke tuyishushe na cane bashaka bamarane tuzorera uwusigaye. Ukwo niko ibinyamakuru bimwe bimwe bikorera mu gihugu c’Urwanda bibihenza mukuvuga inkuru z’uburundi vyiyita […]