Umutumiro w’amasengesho yo gusengera imitwaro itandukanye no Gusengera Uburundi
UMUTUMIRO W’AMASENGESHO Y’IY’INDWI 1/9-6/9-2019. Hanga Ryera ry’Imana namwe bakunzi b’umusaraba mwese aho muri mu gihugu c’Uburundi no mu mahanga, nkuko twama tubugenza, twaritavye akamo Uhoraho Imana yaduteye ko kwama dufise iminsi yo gusenga mu ndwi. Abahawe kwisonzesha bariyizi abandi nabo ku minsi itandukanye baguma basenga umwanya wose ku bicaniro, ku kazi, mu rugendo no mu […]