Ihanga Ryera ry’Imana rirangwa n’ibikogwa, umuco n’ukuri.

IHANGA RYERA RYIMANA RIRANGWA N’IBIKOGWA, UMUCO N’UKURITurabaramukije amahoro ya Yesu Kristo, Shalom! Umwami wacu Yesu ahimbazwe! Turi n’umunezero ntangere wo kwongera gutangura iyindi ndwi y’ibikogwa. Ihanga Ryera ry’Imana si iryo ku mbuga ngurukana bumenyi nka Facebook na Whatsapp. Ihanga Ryera ry’Imana si amajambo yandikwa canke ngo avugwe muri audio akarungikwa nkuko mu vyumva mu bantu […]