Imana yahishije amabanga abanyabwenge n’abahanga ibihishurirainzoya.
“WABIHISHIJE ABANYABWENGE N’ABAHANGA UKABIHISHURIRA INZOYA” Imana yacu ni ishimwe kandi ishimwe cane! Hanga Ryera ry’Imana namwe mwese ncuti z’umusaraba aho mu herereye ku mpande zine z’isi. Tuzoguma tubamenyesho uko urugendo rw’Ihanga Ryera ry’Imana ruriko ruragenda kugira ngo mumenye aho tugeze, ibimenyetso vy’ibihe kandi kugira ngo n’impumyi ihumuke imenye yuko turiko turegereza ibihe vyiza twasezeraniwe. Nkuko […]