Ibikogwa vy’Ihanga Ryera vyo gusemerera ngo abantu bihane , bezwe kandi bitunganye bit abandanya
ABANA B’IMANA NI ABUMVA BAGAKORA BARONGOWE NA MPWEMU YERA Hanga Ryera ry’Imana namwe mwese ncuti z’umusaraba, nkuko Uhoraho Imana yacu yabidutegetse ubu muri iyi minsi ibicaniro bitandukanye biguma bikurakuranwa gufata amafungo n’amasengesho yo gusengera igihugu cacu Uhoraho Nyeningabo yahaye amasezerano menshi kandi meza cane no gusengera imitwaro y’abanyagihugu bose. Ibikogwa ntibigarukira mu gusenga gusa, Uhoraho […]