Insiguro y’indoto yawe: « Kurota wiyoza. »

INSIGURO Z’INZOZI CANKE INDOTO ZAWE: “KUROTA WIYUHAGIRA”. Imana Ihoraho kugira ngo ivugane n’abasavyi bayo kuva kera na rindi yamye akoresha ijambo ryayo, abavugishwa nayo, inyereko hamwe n’inzozi. Abantu benshi bararota ibivuye mu vyipfuzo vy’umubiri, ibijanye n’ivyo birigwamwo canke ubwonko bwabo bukabarotesha ibigiye gushika. Niho mwama mwuvya hariho urota ikintu kigashika nkuko yakibonye mu nzozi. Imana […]