Mugihe leta y’UBurundi yatanze kuri Leta y’Urwanda abagwanyi 7, izindi nyeshamba zateye Urwanda.
Uyu munsi mu masaha y’umuhingamo niho igipolisi c’Uburundi kiri kumwe n’abaserukira ICGLR/ EJVM, MONUSCO, SADEC , uwuserukira u Rwanda, u Burundi ,RDC , Africa Yepfo, Kenya na Centrafrique batanze bahereza leta y’Urwanda abagwanyi 7 b’umuhari FLN urongowe Teriteka Wilson na Général Ramadan. Abo bagwanyi bafatanywe inkoho 5 n’iradiyo 2, bakaba bafatiwe I Butundi hafi y’ikibira […]