U Rwanda rwemeje ko Major Callixte Sankara, umuvugizi w’umutwe wa FLN, ari mu maboko yarwo
Umushikiranganji w’ububanyi n’amahanga w’u Rwanda, Dr Richard Sezibera, yatangaje ko Major Callixte Sankara, umuvugizi w’umutwe wa FLN urwanya ubutegetsi bw’u Rwanda, ari mu maboko y’iki gihugu. Major Sankara yakunze kumvikana avugira umutwe wa FLN, harimwo no kwigamba ibitero mu bice vyegereye ishamba rya Nyungwe. Umushikiranganji Sezibera yavuze ko Major Sankara azoburanywa n’ubucamanza mu gihe ca […]