Uhoraho abarira Yosuwa, at’Uyu musi mbakuyekw agakengerwe Abanyegiputa babakengereye, ndagatembagaje

YOSUWA 5:9 Uhoraho abarira Yosuwa, at’Uyu musi mbakuyekw agakengerwe Abanyegiputa babakengereye, ndagatembagaje. Ni co catumye aho hantu hitwa Gilugali na bugingo n’ubu. Alleluya ! Ni kenshi wahahajwe ni vyinshi vyagusuriraniyeko waragwaye waranswe nabatokwanse, wahemukiwe n’abatoguhemukiye ivyawe vyinshi vyaronenekaye kubw’abantu ariko hari Imana mw’ijuru ishoboye vyose, niyo ivuze ngo humura ngo ivyawe vyapfuye ni bizuke mw’Izina […]