Ukubeshuza ubuvugishwa butari ubw’ukuri.

UKUBESHUZA UBUVUGISHWA BUTARI UBWUKURI Igihe cose uzokwumva ibintu bihushanye n’ijambo ry’Imana ryanditswe muri Bibiliya uzomenye yuko ritavuye ku Mana kuko Ukoraho ntiyivuguruza. Muri iyi minsi hariho abagira ivyiyumviro bakavyita ubuvugishwa. Bagaheza bakavuga ngo Mpwemu w’Imana yavuze. Akarorero ni aka gakurikira: « Ikindi twabariwe ngo ntidukwiye kuvuza uruhwa aho ni kubagabo na basore ngo satani nigwo yakoresheje […]