Ivyiza 12 vy’amasezerano ku gihugu cacu c’Uburundi
AMASESZERANO KU BURUNDIAmasezerano ku gihugu c’Uburundi amaze imyaka irenga 20 avugwa cane mbere bamwe bakayahakana ngo ntabaho ni ikinyoma. Abandi barayemeza , bakayemeza kandi bakavuga yuko abaho bakongerako yuko agiye gusohozwa vuba.Muri iyi myaka itatu iheze hari inzozi, inyereko n’ubuhanuzi vyerekana yuko Isezerano ari ukuri kandi rigiye gusohora. N’abatahora bayemera, bakayemezwa n’Imana. Ntihabuze n’abandi bagomba […]