Mu Burundi intambara ihambaye yaratanguye ku rubuga rw’impwemu.

INTAMBARA MU BURUNDI: MUVYO IMPWEMU IMPWEMU INTAMBARA IHAMBAYE YARATANGUYE KANDI IGIYE KWIHA INKUMBI. Abazi gusesangura no kugira ubushakashatsi barabona yuko igihugu cacu kiri mu ntambara y’ivyo impwemu kandi itazorangizwa n’umuntu.Mu myaka irangiye, kubera ubutegetsi bga Petero Nkurunziza abemera kwihana ivyaha bagakizwa n’ukwizera kwabo bararwiriye bituma kiliziya katolika itakaza abanywanyi benshi. Kuva aho Varisito Ndayishimiye afatiye […]