Umukobga yaramaze imyaka 20 yarapfuye yasubiriye kwibonekeza
Umukobwa yaramaze imyaka 20 yarapfuye kandi yarahambwe yarasubiye kwibonekeza kuri uyu wa 12/03/2022 muri komine #Mwumba intara ya #Ngozi Niyonsaba yava ku mutumba Nyabikenke muri komine Nyamurenza kuva apfuye mu myaka 20 iheze, abavyeyi biwe niho bakiba. Ku mugoroba wo kuri uyu wa 12/03/2022, abakuranye na Niyonsaba bagiye bamubona ku mutumba wa Rwabiriro zone Gatsinda […]