Hariho insamirizi nshasha yitwa Radio KURO ijwi ry’Abera. Irateye igomwe.

HARIHO RADIO NSHASHA YITWA RADIO KURO IJWI RY’ABERA NUMVISE ITOMOYE.

Ndagusabe nawe uyumvirize kandi uze ugire ico ushikirije abandi. Itubarira aho igihe kigeze kandi ikaduha amakuru atomoye, indirimbo zikora ku mushaha n’ubutumwa bugogoye kandi buvugutiye.
Uwugomba kwinjira ku rubuga rw’iyo nsamirizi KURO yokanda kuri iki kiraro akiyumvira akayazwe.

KAZE KURI RADIO KURO IJWI RY’ABERA
https://chat.whatsapp.com/EYijHaArmGWDklvEaHvnlY