Amasezerano y’ijuru, Ishengero n’igihugu ari hafi gushika uwutabibona n’uko atumva ijwi ry’Imana

UMUNTU WESE YIBAZA YUKO ATA MASEZERANO Y’IGIHUGU NAYO ISHENGERO AHARI N’UKO ABA ADASHOBORA KWUMVA IJWI RY’IMANA. Ikintu ciswe amasezerano y’Imana ni ikinyegezwa kuri benshi kikaba ubupfu kubatizera kakaba n’akayobera bahinga ku muntu wese adashobora kwumva ijwi ry’Imana.Hariho abantu benshi bashira ikiryoha muvyo amasezerano mbere bakanemeza yuko hari ico bumvise canke barose bakavuga yuko ari Imana […]