Amashimwe n’impundu mw’ijuru: Umubatizo mu Ntara ya Bujumbura.

“UWIZERA AKABATIZWA AZOKIZWA, ARIKO UTIZERA AZOTSINDWA N’URUBANZA” MARIKO 16:16 Mw’ishengero rya Yesu Kristo-Ihanga Ryera ry’Imana dufise impundu n’amashimwe kuko umuryango w’Abera waguka ku munsi ku munsi mu gihugu cacu no mu mahanga.Wa mubi tuguma tumuteshaguza kuko aguma ashaka kuza gusahura intama z’Imana mu ruhongore kuko dutegerezwa kubera maso umurimo Data yadushinze kandi tukaguma dutwara ubutumwa […]