Umwungere Alphonse Niyonzima yahagaritswe mu bikorwa vy’ishengero rya Yesu Kristo Ihanga Ryera ry’Imana kubera ivyaha harimwo n’ubgibone.

ITANGAZO RY’ISHENGERO RYA YESU KRISTO IHANGA RYERA RY’IMANA RYO KUWA 04-02-2022 RIHAGARIKA MU MABANGA ABAHEMUKIYE IMANA, ISHENGERO N’ABARUNDI BOSE. Hanga Ryera ry’Imana, namwe Barundi mwese muri mu gihugu n’abari mu mahanga, muramenyeshejwe yuko abo bakurikira bahagaritswe mu mabanga y’Ishengero rya Yesu Kristo – IHANGA RYERA RY’IMANA mu gihugu cacu c’Uburundi no mu mahanga. Barahawe impanuro […]