Amakuru y’ijuru afitiye akamaro abera bose ni ukuyasoma.
WAME WIYUBARA MURI VYOSE KANDI URONDERE ABAVUKANYI MURI KRISTO YESU MUKORE URUNANI. Kenshi na kenshi iyo twihanye ivyaha, tugakizwa, tukabatizwa tukezwa tukuzuzwa Mpwemu Yera mbere tukanzika gukorera Imana; haraho twihenda tugashira agati mu ryinyo ngo turatsinze rurayi bigatuma dusamara. Nti twijajare!Satani atageze umutwe kugerageza umwana w’Imana amaze iminsi 40 tweho ntatugera umutwe ahariho hose. [Matayo […]