Jean Bosco ariko arasemerera ngo abantu bihane bezwe.
ABAKOZI B’IMANA BAKOMEZA GUSEMERERA AHANTU HOSE BATI NI MWIHANE KUKO ISEZERANO RIRAJE Mu gihe benshi bidibamiye mu vy’iy’isi hariho abandi bategereje ukugaruka kw’Umwami Yesu kuza kwima ingoma mu gihugu cacu.Kubera yuko abanyamadini n’abanyamashengero basutse urusinziriza mu bantu bakababuza inzira yo kuja mw’ijuru, Uhoraho Imana yihagurukirije abahizi baja gusemerera hirya no hino mu gihugu. Abo ni […]