Umubatizo:Impundu n’amashimwe kubera beneData
IHANGA RYERA RY’IMANA TWAMA DUFISE IMPUNDU N’AMASHIMWE KUBERA ABAKIRA YESU KRISTO TUGAFATANYA URUGENDO RUJA MW’IJURU. « Uhoraho, ijambo ryawe ni itara ry’ibirenge vyanje . Ni umuco umurikira mu nzira yanje» [Zaburi 119:105]Ivyo Uhoraho Imana yatubariye biguma bishika kimwe ku kindi ivyo navyo bikadutera umunezero mwinshi. Ivyo navyo bikaba ari ibiranga: Urugendo rugana Uburundi bg’Isezerano. Ukwaguka […]