Bgira abantu bose bumvirize Radio Isezerano Internationale kuko igiye gushira ahabona ibinyegezwa.

IBINYEGEZWA VYOSE BIGIYE GUSHIRWA AHABONA: AMABANGA IJURU RYAHISHUYE TURAYABASHIKIRIZA. Muhamagarire incuti, umuryango n’abagenzi baze barumviriza Radio Isezerano Internationale kugira ngo ntibacikwe n’ukuri kwose. Amabanga menshi twari twarabujijwe gushira ahabona, twahawe uburenganzira bgo kuyashira ahabona. Aho ni mu kiganiro « IMBURI NUBUHANUZI »Umwe wese abandanire kwumviriza ivyo vyahishuwe. Mu kurindira ube uramenya yuko « Ivyagezwe vyazanywe […]