Evelyne wo mu ntara ya Makamba yaraye atabawe n’izina rya Yesu Kristo.
IMANA DUSENGA SI IKIGIGWAMANA KANDI SI IVYIYUMVIRO VY’ABANTU NI IMANA IVUGA KANDI IKORA IGATABARA MW’IZINA RYA YESU KRISTO. Abarozi n’abapfumu barakora ivyabo kandi abantu iyo batamenye yuko mw’izina rya Yesu Kristo ririmwo ubushobozi butabara abagowe, bubohora imbohe bukakiza ingwara ; abo bantu barapfa kubera ukutamenya. Imana yavuze yuko abantu bayo bishwe n’ukutamenya [Hoseya 4:1]Satani, abadayimoni […]