Yesu Kristo niwe wenyene yogutabara. Izindi nyigisho ni ububeshi.

INYIGISHO ZOSE N’IBIKORWA VYOSE BIDASHINGIYE KURI YESU KRISTO NI UBUZIMIRE NO GUTA UMWANYA W’UBUSA. Mugihe Abarundi bitegurira kuba mw’ivugururwa, umuvyuro n’ikanguro nk’uko vyasezeranywe n’Uhoraho Imana akatwirobanurira nk’uko yari yaritoranirije abaheburayo; ubuhanuzi bukomeza kwururuka buvuye mw’ijuru budukangurira kwambara ibirato vy’ubutumwa bgiza bg’umusaraba.Uhoraho Imana akangurira abizera bose kuba inderetsi n’abatasi b’ubgami bga Yesu Kristo kuko igihe kiriko […]