Amakungu arindiranye igishika Abarundi bahawe isezerano ry’Imana.
ABERA B’IMANA AHO BARI HOSE BAKOMEZE KWITEGURIRA KUBA MU MASEZERANO UHORAHO IMANA YADUHAYE.Abarundi, Uhoraho Imana yaduhaye amasezerano y’intahava. Yerekeye igihugu n’ishengero. Benshi barayizeye mugabo abanda bayamiriye kure. Abayizeye satani yabasutsemwo impwemu y’ububeshi, ubuzimire, ubgibone, gusukana no kwihererezako ayo masezerano kugira ngo ducanemwo nawe atuburabuze. Harageze yuko umwe wese amenya ico yahamagariwe yihane, yezwe ace bugufi […]