Umutumiro kugira ngo umuntu wese azokore ibishoboka vyose ashime Imana.

MWESE MUTUMIRIWE GUFATA UMUNSI WO GUSHIMA UHORAHO IMANA KUWA 15/01/22

Iryo grnekerezo dufise igikorwa gihambaye co gushima Uhoraho Imana, kwozanya ibirenge, gukora isangira ryera no gusangirira hamwe mu munezero wo kwigina Umwami wacu Yesu Kristo. Ni umunsi ikintu cose tugikora mu mwanya wacu kandi tugakikora uko bitunganijwe.