Kuja mu bikorane mpuzamashengero (oeucumeisme) ni uguhumana ntimukifatanye nabo.

NTA MUNTU N’UMWE YIZERA YESU KRISTO YAMUBEREYE UMWAMI N’UMUKIZA W’UBUGINGO BGIWE YOJA MU BIKORANE MPUZAMASHENGERO KUKO NI UGUHUMANA. Mwarigishijwe, mwarabariwe kandi mwarahishuriwe yuko ata muntu n’umwe yakijijwe vy’ukuri yokwisukiranya n’abatizera Yesu Kristo. Hariho abamutwara kw’izina gusa mugabo batamufise kuko badakurikiza ivyanditswe vyera babivuga ku munwa gusa. Hari uwo Kristo yababereye Umwami n’Umukiza w’ubugingo bgiwe yoja […]