Tubipfurije kugira iminsi mikuru irangiza umwaka wa 2021 igatanguza 2022

ISHENGERO RYA YESU KRISTO IHANGA RYERA RY IMANA RIBIPFURIJE KUGIRA IBIHE VYIZA VY’IMINSI MIKURU IRANGIZA UMWAKA WA 2021 IGATNGUZA 2022 Iyi minsi irangiza umwaka wa 2021 igatanguza umwaka wa 2022 bibabere ibihe vy’umunezero n’amashimwe.Bibabere ibihe vyiza vy’umunezero mubanyu kandi bibabere ibihe vyiza vyo kwitegurira kuba mu ntsinzi y’Umwami n’Umukiza wacu Yesu Kristo, Mesiya uwahanuwe, akavuka, […]