Ukwumva ijambo ry’Imana n’ugukora nico abana b’Imana bahamagarirwa.

NTAKINTU KINEZERA UMUTIMA W UMWANA W IMANA NKO GUSHOBORA GUFASHA ABANDI BITWIBUTSA UWITANZE AGATANGA UBUZIMA BGIWE KUBGACU. Icagezwe c’urukundo n’uburwaneza ni ntarengwa ku mwana w’Imana Nzima. Ni ikimenyetso ntarengwa yuko umuntu yakiriye agakiza gaturuka ku Mwami n’Umucunguzi wacu Yesu Kristo. Kandi mu buzima bgacu bga misi yose, gukora ivyiza bidufitiye akamaro kanini ku magara yacu:-Iyo […]