Umubatizo w’Ihanga Ryera ry’Imana wabere mu mihingo myinshi waduteye twese umunezero n’iteka .
UMUNEZERO N’AMASHIMWE MW IHANGA RYERA RY IMANA NO MUBIZERA BOSE. Kuri uyu munsi ugira gatatu w’igikorane c’amasengesho mu yo kwitanga ariko arabera mu gihugu cacu no kw’isi yose, nkuko mubizi, twatewe iteka ryo kumanukana kuri Yorodani kubatiza beneData bizeye Yesu Kristo kuba Umwami n’Umukiza wabo.Ni umunezero n’iteka ntangere kubona ico gikorwa carangutse mu mihingo itari […]