“Uwashikanye benshi ku bugororotsi azokwakaka nk’inyenyeri ibihe bidashira” Daniyeli 22:3

UHORAHO IMANA AZOKUBAZA ABO WASHIKANYE KU GAKIZA UKO BANGANA. Abantu benshi barakunda kwitwa abakozi b’Imana: Abungere bakiha n’amazina y’ivyubahiro, abavugishwa, abasenzi, abavugabutumwa, abasemerezi, … mbere bamwe barashiramwo n’inkomezi nyinshi mu kwigisha, kuduga imisozi, kuja hirya no hino bashiramwo ishaka rinini.Ivyo sivyo binyiganyiza umutima w’Imana kuri benshi kuko abatari bake babikora kugira ngo bamenyekane, bironkere ivyubahiro […]