Abantu bariyahura cane mu gihugu, ntube muri ico gitigiri Yesu Kristo aragutabara.

ABANTU BATARI BAKE BARIYAHURA KUBERA IMIBABARO YO MU MUTIMA, NTUKABE MURI ICO GITIGIRI Mu kirundi iyo umuruho urenze na cane ibibi biguma vyiyonderanya, uza wumva umuntu agize ati ukwiyahura kuraguma. Mu gihugu cacu c’Uburundi hariho abantu bashikirwa n’ibibabaza bitari bike. Ivyo navyo ukabisanga mu karere k’ibiyaga binini nka kose. Vyinshi usanga bifatiye ku bukene butagira […]