Umwanya uwariwo wose kuva ubu Uhoraho Imana ashobora gushitsa isezerano ku gihugu cacu.
“UMWANYA N’UMWANYA ISHENGERO RYA YESU KRISTO IHANGA RYERA RY’IMANA RIRASHITSWAKO AMASEZERANO Y’IJURU, ISHENGERO N’IGIHUGU” Gitega, VYIZIGIRO Akissa, imyaka 13 yiga muri 8 ème. Akissa VYIZIGIRO ni umwana w’imyaka 13 gusa yiga mu mwaka wu 8 w’amashure shingiro mu ntara ya Gitega. Muri iri joro ryakeye yavyutse isaha umunani z’ijoro kugira ngo asenge nk’uko yama abigenza […]